BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Kinshasa yasavye insiguro Uganda, inyuma y'ivyatangajwe na Gen Muhoozi ku ntambara yo muri RDC
Mu vyo Gen Muhoozi yavuze biriko bitera impari, harimwo ko umuhari FRN urongowe na Joseph Kabila, ukwiye kwigarurira vuba akarere ka Walikale.
Amerika yatangaje imisoro mishya kuri EU, Ubushinwa n'abandi bafatanyabikorwa bo mu bucuruzi
Umuryango w'Ubumwe bw'Uburayi wamaganye iyo misoro, aho Ubushinwa ari bwo buzacibwa umusoro mwinshi cyane "ugera kuri 40%".
Huawei yagiriwe n'icaha co kwiba amabanga ya Amerika, yezwa ku co kwinjiza amahera biciye mu bugizi bwa nabi
Iyo ngingo ya sentare ije inyuma y’urubanza rwamaze amezi atari make rwabereye i New York.
Uburusiya: Abasirikare hafi 500.000 bamaze kugwa mu ntambara yo muri Ukraine
Ni amakuru yashyizwe hanze, bivugwa ko byakozwe n'abinjiriye Rosstat, ikigo cy'u Burusiya gishinzwe ibarurishamibare, agaragaza uburyo igitero gikomeye cyagabwe kuri Ukraine cyahinduye imiterere y'impfu mu Burusiya.
Nigeria: Umwami gakondo yahagaritswe ku mirimo ye nyuma yo kuregwa ihohotera rishingiye ku gitsina
Umwe mu bami gakondo bazwi cyane muri Nigeria, Emir wa Daura, yahagaritswe mu kazi no mu ngendo z'akazi, nyuma y'uko umugenzi w'umukerarugendo ukomoka muri Pologne amushinje kumukorera ihohotera rishingiye ku gitsina.
Igitabu Papa Francis yandikamwo ivyo acamwo buri musi kigaragaza ibivugwa ko yabonye shetani incuro zitatu
Uwo Mwungere yemeza ko hamwe mu ho yaboneye shetani ari "mu kibanza gitaramutse abaririmvyi baririmbiramwo", mw'isengero.
Indege igisirikare ca Congo kivuga ko cabuze yoba ari yo FRN ivuga ko yarashe?
FARDC ivuga ko ingabo zirwanira mu kirere zabuze amakuru y’indege yayo ya Cessna 208 ku cyumweru ku mpamvu z'ikirere kibi, mu gihe FRN yoyo ivuga ko yarashe indege yari igiye kubarasa.
Oxfam ivuga ko ibitero vya Israel vyahinduye Gaza 'ahantu hasinzikaye cane kandi hahumanye'
Icegeranyo gishasha kivuga ko muri Gaza nka hose hari ibimenyetso vy’uguhumana kw’ibidukikije kubera ibitero vya Israel.
Igitero ku bwato bw'Uburusiya muri Libya coba kivuga iki ku ntambara yo muri Ukraine?
Igitero ca Ukraine ku bwato bw’intambara bw’Uburusiya ku kivuko co muri Libya congereje ubukana bw’iyi ntambara, nk’uko vyanditswe na Frank Gardner.
Kenya na RDC byiyemeje gusubiza ku murongo umubano wa dipolomasi wari umaze imyaka urimo agatotsi
RDC na Kenya byatangaje ko byiyemeje gusubizaho byuzuye umubano wa dipolomasi, harimo no gusubizaho ba ambasaderi b'ibihugu byombi.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Inkuru y'umugore wamamaye aho atuye kubera gukina igisoro
Igisoro ni umukino gakondo ubu usa n'ugenda ucika dore ko benshi mu bato nta bumenyi na busa bawufiteho, mu bihe byo hambere wasaga n'umwihariko w'abagabo.
Umuhora w'ubutare ushigikiwe na Amerika urashobora kuzana amahoro n'iterambere muri RDC?
"Lobito Corridor", ni igice c'umugambi w'umuhora ugamije gutuma Amerika ironka ubutare nkenerwa bwo muri Afrika.
Human Rights Watch yaneguye umugambi w'ibihugu bitanu vy'i Buraya wo kurungika abimukira mu Rwanda
Ishirahamwe Human Rights Watch ryiyamirije umugambi w'ibihugu bitanu vy’i Buraya wo kurungika mu Rwanda abimukira, rivuga ko ari "ukwitandukanya kubabaje" n'indangagaciro uwo muryango wubakiyeko.
'Aha bahita kwa mucuzi... Ndabikunda cyane' – Uko Nirere yayobotse umwuga ukorwa n'abagore bacye mu Rwanda
Uretse kuba uyu ari umwuga ugenda ucika kubera iterambere ry'inganda, no mu gihe cyo hambere ugikorwa cyane wasaga n'umwihariko w'abagabo.
Ibihugu bitanu byo mu muryango w'Ubumwe bw'Uburayi byatangaje gahunda y'ikigo cyo kwakira abimukira byirukanye kizaba kiri mu Rwanda
Mu kwezi kwa Nzeri(9), Ubudage, Danemark, Autriche, Ubugereki n'Ubuholandi byatangaje ko biri mu biganiro bigamije kugirana amasezerano n'igihugu kitari mu Muryango w'Ubumwe bw'Uburayi, kugira ngo hashyirweho ibyo byise "ibigo byakira abasubizwa mu bihugu byabo".
Louise Mushikiwabo agiye gukomeza kuyobora Francophonie umwaka umwe nyuma yuko amatora ananiranye
Iri subikwa ry'amatora ni bwo bwa mbere ribayeho mu mateka ya OIF, buri gihe yashyiragaho umunyamabanga mukuru hagendewe ku mukandida wumvikanweho.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































