BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Fiji yatangaje ko iri mu bihe by'amage kubera ubwandu bwa SIDA bwiyongereye
Umuntu umwe muri buri bantu 60 bakuru muri icyo gihugu gito cyane cyo mu nyanja ya Pasifika gituwe n'abaturage batageze kuri miliyoni imwe, ubu abana n'ubwandu bw'iyo virusi.
Aba-Houthi bavuga ko bakoroye indege y’intambara ya Arabie Saoudite yo mu bwoko bwa F-15
Aba-Houthi bo muri Yemen bavuga ko bakoroye indege y’intambara yo mu bwoko bwa F-15 ya Arabie Saoudite, bakoresheje misile bavuga ko yakorewe muri Yemen.
Afrika y’Epfo yaneguye ingingo nshasha za Amerika kubijanye n’ama viza
Afrika y’Epfo yaneguye ingingo nshasha za Amerika zo kwima viza bamwe mu banyamahanga, ivuga ko zishingiye ku makuru atari yo akwiragizwa n’imigwi mitomito yihaye kuvugira abazungu bo muri ico gihugu.
Video, AI ihabwe amakuru nyayo – Impuguke mu ikoranabuhanga Neza Nice Fabrice, Umwanya bimara 3,35
Umunyarwanda Neza Nice Fabrice, impuguke mu by'umutekano wo kuri murandasi, arasobanura byinshi ushobora kuba wibaza ku bwenge buhangano.
Umukuru wa kompanyi OpenAI y'ubwenge buhangano avuga ko isi 'ifite impamvu yo kugira ubwoba' ariko 'ikwiye kwizera' kompanyi za AI
Sam Altman n'abandi bayobozi ba kompanyi z'ikoranabuhanga bavuga ko hari uburyo bwo kugabanya iterambere mu bwenge buhangano, mu gihe ubwoba bukomeje kwiyongera ku byago ubwo bwenge buhangano buteje ku nyokomuntu.
'Guhemukira igihugu' vyoba bikoreshwa mu kunumya abatavuga rumwe n'ubutegetsi muri Afrika?
Amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu na yo agabisha ko ivyaha bijanye n'umutekano w'igihugu, iyo bidasiguwe neza mu mategeko, bishobora gukoreshwa mu kubuza abanyapolitike gukora ibikorwa vyabo mu mahoro.
Ku nshuro ya mbere Amerika yemeje ko yohereje intwaro mu isanzure
Minisitiri w'ingabo zirwanira mu kirere w'Amerika yavuze ko intwaro "ikorera mu kirere" ari ngombwa mu kurinda Amerika igikorwa cy'umwanzi.
Umukire wa mbere muri Afurika yashyize ku isoko imigabane ya mbere myinshi muri Afurika
Aliko Dangote, Umunya-Nigeria utunze za miliyari z'amadolari y'Amerika, avuga ko ashaka ko abantu basanzwe bagira icyo bungukira ku byo yagezeho mu ruganda rwe rutunganya ibikomoka kuri peteroli.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Umupilote w'Amerika wahanuriwe hejuru ya Iran aribuka ukuntu yahanutse, mu kiganiro cya mbere kuva atabawe
Abategetsi bo muri Amerika bavuga ko igikorwa cya gisirikare cyo gutabara uwo mupilote muri Mata (4) uyu mwaka, cyabaye inshuro ya mbere Amerika yari yohereje abasirikare ku butaka bwa Iran mu myaka 46 ishize.
Ivyo worya kugira ukingire mu kanwa hawe
Mu kanwa kawe haba uruvange rw'utunyabuzima twinshi, kandi ubwoko bumwe bwose bukagira aho bukunda kuba, ikibubeshaho, ico bufasha n'ico bwonona.
Abakozi ba IA 'vy'ukuri bafise ubwoba' kuri kazoza k'umuntu, niko uwahoze akorera Anthropic yabwiye BBC
Bishitse mu gihe umukuru w'ico kigo asaba ko iterambere ry'ubwo buhinga rigabanya umurindi, avuga ko hari ivyago ''bikomeye''.
Uganda: Umwami w'aba Tooro yashinguwe hasabwa gushira hamwe mu kumusubiriza
Umunyamakuru ku mboneshakure niwe yagenywe nk'umwami mushasha wa Tooro ariko umuryango w'umuhisi wavuze ko yasize samuragwa.
Kuki ishyirwaho ry'umwami w'umunyamakuru ryateje impaka muri Uganda?
Amakimbirane akomeye ku birebana n'izungura yavutse muri bumwe mu bwami gakondo bwa Uganda, iminsi mike mbere y'uko umwami wabwo atanze, wari umwami muto ku isi kugeza apfuye.
Ese icyayi, ikawa cyangwa amazi ashyushye byongera ibyago byo kurwara kanseri?
Kunywa ibinyobwa nk'icyayi na kawa buri gihe ku bushyuhe bwinshi cyane byongera ibyago byo kurwara kanseri y'umuyoboro w'ibiribwa izwi nka kanseri ya y'umuhogo(oesophagus), nk'uko ubushakashatsi bwakozwe n'Abongereza bubigaragaza.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































