Wari uzi ko ibihimba vy'umugore n'ivyo ingoma ari bimwe?
Wari uzi ko ibihimba vy'umugore n'ivyo ingoma ari bimwe?
Yatangajwe
Ingoma ifise ibihimba bitandukanye, ariko vyose vyitiranwa n'ivyo umugore. Ni co gituma mu mico n'imigenzo vyo kuvuza ingoma, kizira kikaziririzwa ko abagore bazivuza. Barekuriwe gusa kuzivyinira.