BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, EU na OTAN byasezeranyije kongera igitutu ku Burusiya nyuma yuko 'ibintu bifashe indi ntera' mu Budage
Uburusiya bushinjwa kuba burimo kurushaho kutagira icyo bwitaho nyuma yuko Ubudage bwegetse ku Burusiya igitero cya 'drone' cyapfubye ku kibuga cy'indege cya Leipzig.
Kenya yabujije abanyamahanga gukora urudandazwa rubayabaye
Muri Kenya hari abanyamahanga benshi bava mu bihugu vy'akarere bakora imirimo ibayabaye irimwo gutembereza ibidandazwa n'ivyo kurya no gukora mu mazu yo gutunganya imishatsi.
Tshisekedi na Netanyahu biyemeje gushimangira umubano mu by'umutekano n'ubukungu
Uruzinduko rwa Tshisekedi i Yeruzalemu rukurikiye urwo Perezida wa Israel yagiriye i Kinshasa mu mwaka wa 2025.
Sentare yategetse ko umukuru wa FERWAFA apfungwa iminsi 30
Sentare y’Intango ya Nyarugenge, mu gihugu c’Urwanda yategetse kuri uyu wa gatatu ko umukuru wa FERWAFA, Shema Fabrice Ngoga, apfungwa imisi 30 y’agateganyo, mu gihe amatohoza ku vyaha akekwako abandanya.
Indege z'intambara 10 za mbere kw'isi mu 2026
Indege z’intambara zo mu murwi wa gatanu ni zo ziza imbere mu bushobozi no mu buhinga, zigakurikirwa hafi n’izo mu murwi wa 4.5
Zelensky avuga ko indege zikwiye kwirinda guca mu kirere cy'Uburusiya mu gihe Ukraine yakajije umurego mu bitero bya 'drone'
Kompanyi z'indege z'Ubushinwa n'izo mu bihugu byo mu Kigobe cy'Abarabu ni zimwe mu zigikoresha ikirere cy'Uburusiya. Hagati aho, Uburusiya buvuga ko bugiye gukaza umurego mu bitero byabwo kuri Ukraine.
Perezida wa Zambiya yarahiriye ikiringo ca kabiri, mu gihe uwo bari bahanganye afunzwe
Hakainde Hichilema yatsinze amatora ku majwi menshi, ariko uwo bari bahanganye cane ubu arafunzwe yagirizwa guhemukira igihugu.
Ibintu 10 bishobora kugufasha kuba umutunzi
Ntivyoroshe gushinga ishirahamwe no kurishikana ku ntsinzi utabanje kugira utwigoro no kuzirikana neza ku ntambwe yose uteye. Izi ngingo ngenderwako ni zo zabaye umushinge w’intsinzi watumye bamwe mu bantu batunze cane kw’isi bashika ku kuba abatunzi b’amamiliyaridi.
Ibitero by'Uburusiya byahitanye abantu 12 mu gace ka Kyiv ku munsi wa gatandatu w'ibitero bikaze
Ibi bibaye mu gihe Kyiv, umurwa mukuru wa Ukraine, umaze iminsi itandatu, ikurikirana, yibasirwa n'ibitero bikomeye by'indege, nkuko bitangazwa n’ibiro ntaramakuru Reuters.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Abanyeshuri barenga 7000 bakopeye ibizamini bya leta bagiye kubisubiramo
Ni bwo bwa mbere mu myaka ya vuba aha ishize minisiteri y'uburezi yemeye ku mugaragaro ko habaye gukopera ibizamini bya leta bikaba ngombwa ko bisubirwamo.
'Ntihagire Umunyapolitike n'umwe arota yiba ingoma' – Aya majambo ya Ndayishimiye yavuye kuki?
Ijambo Perezida w’Uburundi yavugiye mu musi mukuru w’imbonerakure ku wa gatandatu ririko rivugisha abatari bake ku mbuga hwaniro, aho bamwe bibaza ico yashatse kuvuga n'igituma.
Miss Burundi: Bishasha mw'ihiganwa ry'uno mwaka ni ibihe?
Abajejwe gutegura Miss Burundi bavuga ko uno mwaka hari ivyo abazokwitaba iryo higanwa bazosabwa bitahora birimwo. Muri vyo harimwo urupapuro rwerekana ko badakurikiranwa n’ubutungane.
Burundi: Igitera imiriro mu masoko kizomenyekana ryari?
Inama nkuru y’umutekano isaba reta y’Uburundi gushiraho "akoshamusyi k'imiriyoni 500 z'amafaranga y'amarundi", azohabwa "uwo wese azotanga amakuru y'ukuri kugira hafatwe abagize uruhara mw'iturirwa ry'inyubako rusangi n'iz'ubudandaji".
RDC: Ibiganiro bidakumira bishobora kuba intambwe ihambaye yo kugarukana ukwizerana – Umujenama wa Trump
Umujenama wa Trump kuri Afrika Massad Boulos avuga ko yakiriye neza itangazo ry'umukuru w'igihugu wa RDC ritumako ibiganiro vyo ku rwego rw'igihugu, birimwo bose, mu ntumbero yo guteza imbere amahoro, ubumwe no kunywana mu gihugu.
Umubare w'abanyeshuri bakopeye mu kizamini cy'uyu mwaka mu Rwanda 'ntusanzwe' - Ministeri y'uburezi
Ibi bitangajwe mu gihe hari amajwi menshi y'ababyeyi binubiraga kuba abana babo batarabonye amanota yabo nyamara hashize iminsi isaga 10 Ministeri itangaje ibyavuye mu bizami.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































