BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Ibitero by'Uburusiya byahitanye abantu 12 mu gace ka Kyiv ku munsi wa gatandatu w'ibitero bikaze
Ibi bibaye mu gihe Kyiv, umurwa mukuru wa Ukraine, umaze iminsi itandatu, ikurikirana, yibasirwa n'ibitero bikomeye by'indege, nkuko bitangazwa n’ibiro ntaramakuru Reuters.
Perezida wa Zambiya yarahiriye ikiringo ca kabiri, mu gihe uwo bari bahanganye afunzwe
Hakainde Hichilema yatsinze amatora ku majwi menshi, ariko uwo bari bahanganye cane ubu arafunzwe yagirizwa guhemukira igihugu.
Ibintu 10 bishobora kugufasha kuba umutunzi
Ntivyoroshe gushinga ishirahamwe no kurishikana ku ntsinzi utabanje kugira utwigoro no kuzirikana neza ku ntambwe yose uteye. Izi ngingo ngenderwako ni zo zabaye umushinge w’intsinzi watumye bamwe mu bantu batunze cane kw’isi bashika ku kuba abatunzi b’amamiliyaridi.
Uburusiya buvuga ko bwafashije kuburizamwo itembagazwa ry'ubutegetsi muri Niger
Abategetsi bavuga ko akagwi k'abasirikare bagerageje gutera ikambi ikomeye cane y'abagwanira mu kirere mu gitondo co ku musi wa gatandatu, ariko kaburizwamwo
Rwanda: Abanyeshuri barenga 7000 bakopeye ibizamini bya leta bagiye kubisubiramo
Ni bwo bwa mbere mu myaka ya vuba aha ishize minisiteri y'uburezi yemeye ku mugaragaro ko habaye gukopera ibizamini bya leta bikaba ngombwa ko bisubirwamo.
Messi yasezeye mu mugwi nserukiragihugu wa Argentine, "ata kindi asigaje gutanga."
Umukinyi wa Argentine Lionel Messi yatangaje ko asezeye mu mugwi nserukiragihugu, avuga ko ari ingingo “imubabaza”, ariko ko azi neza ko “igihe kigeze.”
Amerika na Iran byarasanye ku nshuro ya mbere muri ibi byumweru byari bishize
Iran ivuga ko icyo gitero ku kirwa cya Larak, cya mbere kizwi Amerika igabye kuva mu mpera ya Nyakanga (7), cyishe abantu babiri ndetse gikomeretsa abandi babiri.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Miss Burundi: Bishasha mw'ihiganwa ry'uno mwaka ni ibihe?
Abajejwe gutegura Miss Burundi bavuga ko uno mwaka hari ivyo abazokwitaba iryo higanwa bazosabwa bitahora birimwo. Muri vyo harimwo urupapuro rwerekana ko badakurikiranwa n’ubutungane.
Burundi: Igitera imiriro mu masoko kizomenyekana ryari?
Inama nkuru y’umutekano isaba reta y’Uburundi gushiraho "akoshamusyi k'imiriyoni 500 z'amafaranga y'amarundi", azohabwa "uwo wese azotanga amakuru y'ukuri kugira hafatwe abagize uruhara mw'iturirwa ry'inyubako rusangi n'iz'ubudandaji".
RDC: Ibiganiro bidakumira bishobora kuba intambwe ihambaye yo kugarukana ukwizerana – Umujenama wa Trump
Umujenama wa Trump kuri Afrika Massad Boulos avuga ko yakiriye neza itangazo ry'umukuru w'igihugu wa RDC ritumako ibiganiro vyo ku rwego rw'igihugu, birimwo bose, mu ntumbero yo guteza imbere amahoro, ubumwe no kunywana mu gihugu.
Umubare w'abanyeshuri bakopeye mu kizamini cy'uyu mwaka mu Rwanda 'ntusanzwe' - Ministeri y'uburezi
Ibi bitangajwe mu gihe hari amajwi menshi y'ababyeyi binubiraga kuba abana babo batarabonye amanota yabo nyamara hashize iminsi isaga 10 Ministeri itangaje ibyavuye mu bizami.
RD Congo: Perezida Tshisekedi yatangaje ibiganiro 'bidaheza' ariko akumira imitwe yitwaje intwaro
Aya magambo ye yafashwe nk'uburyo bwo gukumira umutwe w'inyeshyamba wa M23, ashimangira ko ufashwa n'u Rwanda, ibirego u Rwanda rwakomeje guhakana.
Uganda: Umwami gakondo wa mbere muto cyane ku isi wari uri ku ngoma yapfuye ku myaka 34
Umwami Oyo yimye ingoma mu bwami bwa Tooro muri Uganda ubwo yari afite imyaka itatu.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































