BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
'Nta kamaro' ko guhura na Zelensky kugira intambara ihagarare muri Ukraine - Putin
Ni inyuma y'uko Perezida Zelensky yandikiye ikete mugenziwe Putin w'Uburusiya amusaba ibiganiro amaso mu yandi.
Amajwi, Imvo n'imvano kuri ruswa ivugwa na Transparency International mu burezi mu Rwanda, Umwanya bimara 58,59
Icyegeranyo cya Transparency International Rwanda gitunga agatoki urwego rw'uburezi ko rugaragaramo ibyuho bya ruswa cyane cyane iy'igitsina mu mashuri makuru na za kaminuza.
Iran yarononye ibigo 20 vya gisirikare vya Amerika kuva intambara itanguye
Abasesanguzi babwiye BBC Verify ko ibitero vya Iran vyari bikomeye kandi vyagutse kurusha uko vyemanzwe ku mugaragaro.
DR Congo: Guverineri w’Intara ya Ituri yibasiwe na Ebola yirukanwe
Ubutegetsi bwa Gen Luboya Nkashama bwanenzwe kuba virus ya Ebola yaramaze ibyumweru byinshi ikwirakwira mbere y’uko bimenyekana.
Igikombe cy'Isi 2026: Abakinnyi 10 bazakurikiranwa cyane
Muri iyi nkuru turabagezaho abakinnyi 10 bazakurikiranwa cyane mu gikombe cy'isi cy'uyu mwaka, kizakinirwa mu mijyi 16 mu bihugu bitatu, kirimo amakipe 48.
Abantu hafi 50 bapfuye bazize inyota mu bugaragwa bwa Sahara inyuma y'uko imodoka barimwo ipfiriye mu nzira
Abantu babiri gusa ni bo barokotse, inyuma yo kugenda n'amaguru ibirometero birenga 50 bambuka ubugaragwa kugira bamenyeshe abategetsi ivyari vyabaye.
Amerika ivuga ko yizeye ko u Rwanda rukura ingabo zarwo muri DR Congo 'mu kwezi gutaha'
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga Marco Rubio avuga ko hari intambwe runaka irimo guterwa ku ruhande rw'u Rwanda, nubwo bitarimo "kugenda byihuse bihagije".
Tanzania: Umu 'influencer' Ashley Robinson w'Umunyamerikakazi yariyahuye – Igipolisi
Igipolisi ca Zanzibar kivuga ko mu matohoza cagize, gifadikanije n’inzego zitandukanye, kitabonye ikimenyetso na kimwe cerekana ko hari uwundi muntu yagize uruhara mu rupfu rwa Ashley Robinson.
Kubera iki Kim Jong-un adakunda kuvuga kuri nyina wiwe?
Ko yapfuye mbere ya Kim Jong-il, ariko urupfu rwe mu bitaro i Paris ntirwigeze ruvugwa n'ibitangazamakuru byo muri Koreya ya Ruguru.
Alice Mbere: 'Nahawe imiti ngo nzakure'
Alice Mbere ukomoka muri Kenya yavutse afite ibiro bisanzwe ariko afite imyaka itanu, ababyeyi be bavumbuye ko adafite uburebure busanzwe
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Indwara 7 zikomeye zateje akaga kurusha izindi zose zagaragaye ku isi
Izi ndwara zirindwi zifatwa nk'izateje akaga cyane kuko zateje impfu nyinshi mu mateka y'indwara ku isi, nubwo zimwe muri zo zabashije gukumirwa, kuvurwa no gukingirwa.
Ikoranabuhanga ry'ejo hazaza: Indege y'intambara izajya isoma ibitekerezo by'umuntu
Bimwe mu byo izakora n'uko AI izashobora gutwara indege mu gihe umupilote ananiwe cyangwa atakaje ubwenge kubera ikibazo cy'ubuzima.
Amerika yafatiye ibihano komanda wa FDLR na komanda wa M23
Amerika ivuga ko urugomo ruhoraho rukorwa n'imitwe yitwaje intwaro ruhuhura amakuba mu mibereho asanzwe ameze nabi, rukanateza inkeke ku nyungu z'Amerika mu karere.
Ibi ni ibihugu 10 bifite ubukungu bukomeye cyane muri Afurika mu 2026
Iyi mibare ikoreshwa kenshi nk'ikimenyetso cy'iterambere ry'umugabane no kwibutsa ko Afurika igifiteurugendo rurerure mw'iterambere rirambye ry'ubukungu.
'Ikiganiro cy'ubukana' kuri telephone: Ni iki Trump yabwiye Netanyahu?
Ni ikiganiro cyavuzwe cyane mu binyamakuru, nubwo hari amakuru atandukanye avuga ku buryo icyo kiganiro cyari kimeze, harimo ayemeza ko Trump yakariye cyane Netanyahu.
Wari uzi ko ubunini cyangwa ubuto bukabije bw'ijosi ryawe busobanura byinshi ku buzima bwawe?
Ijosi ni kimwe mu bice by'umubiri wacu bigaragaza ibintu byinshi bifitanye isano n'ubuzima kandi muri rusange abantu ntibabyitaho.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































