Perezida wa Ukraine abwira Perezida w'Uburusiya ko amahoro ashoboka gusa biciye mu "biganiro bitaziguye" hagati y'ibihugu vyompi, mu gihe Amerika ubu iriko yitaho ikibazo ca Irani.
Mu nyuma vyatangajwe icese ko yapfiriye aho yariko aravurirwa mu bitaro Ampola Hospital biri mu karere ka Urban West muri Zanzibar, kw'igenekerezo rya 9 Ndamukiza (4).
Ku wa kane, abarepubulikani
18 bifatanyije n’abademokarate mu gushyigikira iryo tegeko ryitwa 'Ukraine
Support Act', ryatowe ku majwi 226 y’abarishyigikiye n’amajwi 195 y’abatarishyigikiye.
Uru ni rwo rugero rwa
vuba aha cyane rugaragaza abarepubulikani bitandukanya na Perezida w’Amerika
Donald Trump mu gihe cya vuba aha gishize.
Ariko ntibishoboka ko uyu
mushinga w’itegeko uzahinduka itegeko, kuko unagomba kwemezwa na sena ubundi
ukabona gushyirwaho umukono na Trump.
Muri iki cyumweru, mu
matora ahanini yari ikimenyetso cyo gutanga ubutumwa, abarepubulikani bacye bo
mu nteko ishingamategeko, umutwe w’abadepite, bashyigikiye umwanzuro ushaka kubuza
Trump kugira ikindi gikorwa cya gisirikare akora muri Iran.
Umushinga w’itegeko 'Ukraine Support Act' watanga indi mfashanyo ya
miliyari irenga imwe y’amadolari y’Amerika yo mu rwego rw’umutekano no kongera
kubaka Ukraine, ndetse watanga uruhushya rw’ikoreshwa rya miliyari 8 z’amadolari
y’Amerika y’inguzanyo zo gukoresha mu bikorwa bya gisirikare bya Ukraine.
Perezida wa Ukraine, Volodymyr Zelensky,
yasavye ko habaho inama y’imbonankubone hagati yiwe na Perezida w’Uburusiya Vladimir
Putin, mu kongera kugerageza gutorera umuti intambara Uburusiya bwatanguje
kuri Ukraine ubu haraciye imyaka irenga ine.
Mw’ibaruwa yuguruye yandikiye
Perezida w’Uburusiya, umukuru wa Ukraine yavuze ko vyoba atari vyo “kwicara
gusa ukarindira” ko iyo ntambara yo ku mugabane wa Buraya isubira
kwitabwaho cane na Reta Zunze Ubumwe za Amerika, aho ashimangira ko amahoro
ashoboka gusa biciye mu “biganiro bitaziguye” hagati ya Ukraine n’Uburusiya.
Asaba kandi ko habaho guhagarika intambara
mu gihe ibiganiro vyoba biriko biraba, ivyo Putin yanse imbere y’aho
ku wa kane.
Ku wa kane nyene, Perezida wa Amerika,
Donald Trump, yavuze ko “vyoba ari vyiza cane” hamwe abo bategetsi babiri
bohura.
Ibiro vya Perezida w’Uburusiya – Kremlin
– vyemeje ko vyakiriye iyo baruwa kandi ko Putin azoyimenyeshwa
mu buryo burambuye.
Imvugo yakoreshejwe muri iyo baruwa
igaragaza ko Ukraine ata bwoba ifise, ku rundi ruhande ikamera nk’iyishiramwo
agahemo, aho Zelensky yibukije ibitero vya vuba Ukraine yagavye ku butaka
bw’Uburusiya.
Zelensky yabwiye Putin ko “inyuma
y’imyaka 26 ari ku butegetsi, imyaka iriko iramujana buhoro buhoro”.
Iryo kete ryuguruye ryarimwo kandi
ubutumire.
Zelensky yanditse ati: “Ukraine isaba ko
iyi ntambara ihagarara biciye mu biganiro bitaziguye hagati yanje nawe.
Ndagusavye ko twobonana.”
Si ubwa mbere uwo mukuru wa Ukraine
ashikirije ico cipfuzo.
Nk’uko vyagiye bigenda imbere y’aho, ibiro
vya Perezida w’Uburusiya vyamwishuye ko yoza bagahurira i Moscou (Moscow),
mu Burusiya.
Ikintu gikomeye cagaragaye muri iryo kete
ni uko Kyiv yemeye ku mugaragaro ko “Amerika ubu yitayeho gusumba intambara yo
muri Irani.”