Arsenal iratsindiye Premier League inyuma y'imyaka 22

Insiguro ya video, Wari umunezero udasanzwe ku bafana ba Arsenal, raba umunezero bari bafise inyuma ya Bournemouth 1-1 Manchester City
Yatangajwe
Igihe co gusoma: iminota 2

Inyuma y'uko urukino hagati ya Bournemouth na Manchester City, nta kindi cari gisigaye kuri Arsenal n'abafana bayo atari ukwigina intsinzi yo gutahukana ihiganwa ry'umupira w'amaguru mu Bwongereza, Premier League, rya 2025-2026, inyuma y'imyaka 22 yose yari iheze aba ba Gunners baryumva nk'umugani.

Inyuma y'uro rukino, rwarangiye ari 1-1 hagati y'iyi mirwi ibiri, Arsenal isumvya Manchester City amanota ane, mu gihe hasigaye urukino rumwe gusa ngo ihiganwa rirangire.

Uno mwaka w'inkino wa 2025-26 wabaye urugendo rurerure cane ku mumenyereza wa Arsenal, Mikel Arteta yari amaze imyaka arondera gutsindira Premier League kuva atanguye kumenyereza uno murwi mu 2019, ariko bikanka.

Bournemouth 1-1 Manchester City: ingene bakiriye uru rukino

Arsenal

Ahavuye isanamu, PA Media

Arsenal

Ahavuye isanamu, PA Media

Arsenal

Ahavuye isanamu, PA Media

Inyuma ya Bournemouth 1-1 Manchester City, abafana ba Arsenal baciye baja ku kibuga ca Arsenal, Emirates Stadium

Arsenal

Ahavuye isanamu, Getty Images

Arsenal

Ahavuye isanamu, Getty Images

Arsenal

Ahavuye isanamu, Getty Images